Sudan: Imyiyerekano izohindura intwaro ya gisirikare?

Yatangajwe

“Duseserwa amaraso”. Ni ibivugwa n’abagore barokotse aho Sit el-Nufur, umwe mu ntaheba y’umugore yishwe mu misi iheze, mu myiyerekano imaze imyaka 3. Situ yari umuforomakazi w’indoto nyinshi ku gihugu ciwe.