Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Yegereyegere "Kwa Siyoni": Abajejwe iryo soko ntibavuga rumwe n'abarikoreramwo
Yatangajwe
BBC yashoboye kuvugana n'ubuyozi bw'isoko "Kwa Siyoni" ku bivugwa n'abarikoreramwo yuko badugirijwe amahera yo gukotesha ibibanza ku buryo bw'umurengera.
Joseph Dukundane avuga ko ukwo kuduza ibiciro kwari gukenewe uravye ibihe tugezemwo n'uburyo bwakoreshejwe mu kuvugurura isoko.