Australia - Djokovic: Abimukira nabo barasaba kurekurwa

Yatangajwe

Kurekurwa kwa rurangiranwa muri tennis Novac Djokovic nyuma yo gupfungwa kubera kwinjira muri Australia atarikingije Covid, kwatumye abimukira bamaze imyaka bapfunzwe nabo basaba kurekurwa.