Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imvo n'Imvano idasanzwe: Umwanya w'abumva BBC Gahuzamiryango wo kwifurizanya umwaka mushya wa 2022
Yatangajwe
Mu kiganiro kidasanzwe cy'Imvo n'Imvano kuri uyu wa gatandatu tariki ya mbere y'ukwezi kwa mbere mu 2022, BBC Gahuzamiryango iraha abakunzi bayo mu mpande zitandukanye z’isi, umwanya wo gusuhuza no kwifuriza umwaka mushya muhire inshuti n'abavandimwe.
Prudent Nsengiyumva yashoboye kuvugana na bamwe muri iki cyumweru mbere y’uko umwaka wa 2021 urangira.