Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Syllart Records: Kuki uno mugore yegeranije umuziki ny’Africa wa kera?
Yatangajwe
Syllart Records, ni ikigo cashinzwe i Paris n’Umunyafrika yitwa Ibrahima Sylla. Yatanguye kwegeranya izari ziharawe kuva mu 1978. Naho atakiriho, iyo nzu ni urwego rw’umuziki kuko “abanyamuziki ni ikiraro c’imico hagati y’abimukira be n’imico bavamwo”. Umukobwa wiwe yanatubwiye n’ibindi bikomeye.