Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umunonotsi wa BBC w'umwaka muri Afrika: Faith Kipyegon
Yatangajwe
Faith Kipyegon ari mu bahiganirwa agashimwe ka BBC k'umunonotsi w'umunye-Afrika yenuriye abandi mu 2021
Ushaka gutora tugusavye kuja ngaha https://www.bbc.co.uk/sport/africa/59089895 aho unasanga amategeko ajanye n'ubuzima bwite. Gutora bizohera kuwa Mungu itariki 19/12/2021 saa 23:59 GMT.