Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Nta Mwuga Udakiza: BBC iganira n'umunyamideli Girumuco Téline Féerie
Yatangajwe
Nta Mwuga Udakiza ni ikiganiro BBC Gahuzamiryango yageneye urwaruka rwihangira imirimo mu bisanzwe itamenyerewe.
Muri iki kiganiro, Cyriaque Muhawenayo aganira n'umunyamideli Girumuco Téline Féerie.
Nta Mwuga Udakiza ni ikiganiro c'uruhererekane (Series) kizajya gihita kuri radio buri wa gatatu, no ku rubuga rwa BBC Gahuzamiryango.
BBC Gahuzamiryango ihaye ikaze ibitekerezo vyanyu kuri iki kiganiro.