Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Dr Elyse Iruhiriye avuga ku ngaruka z'ihindagurika ry'ikirere ku mirire
Yatangajwe
Umushakashatsi Dr Elyse Iruhiriye wo kuri Kaminuza ya Johns Hopkins muri Amerika, aravuga ku ngaruka z'ihindagurika ry'ikirere ku mirire.
Ni mu kiganiro yagiranye n'umunyamakuru Audace Machado wa BBC Gahuzamiryango. (Ushobora kucyumva ukanze aho hejuru ku ifoto).