Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umukobwa we Lys Rusesabagina yavuganye na Jacques Niyitegeka wa BBC Gahuzamiryango
Yatangajwe
Lys Rusesabagina, umukobwa wa Paul Rusesabagina, yabwiye BBC Gahuzamiryango uko umuryango we uvuga ko amaze iminsi 15 atarabona inyandiko ikubiyemo uko urukiko rwamukatiye imyaka 25 ahamwe n'ibyaha by'iterabwoba.