Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Urubanza rwa Rusesabagina: Umwe mu baregera indishyi yashimye uko rwaciwe
Yatangajwe
Umwe mu baregeye indishyi ni maitre Yusufu Ndutiye wahawe impozamarira ya miliyoni zirindwi z'amafaranga y'u Rwanda. Yavuganye na BBC atangira atubwira uko yakiriye umwanzuro w'urukiko.