Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Afghanistan: Ifatwa ry'akabande ka Panjshir ni intambwe nini ku ba Taliban
Yatangajwe
Ifatwa ry'akabande ka Panjshir, kari gasigayemwo abarwanya aba Taliban, ni intambwe ikomeye kuri uyu muhari usubiye kwigarurira Afghanistan nyuma y'imyaka 20 womowe na Amerika n'abo bari bafatanije.