Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ibibazo byanyu kuri Covid-19: Ese ko haza ubundi bwoko bwayo, ubwatangiye bwarashize?
Yatangajwe
Dukomeza kubagezaho ibisubizo ku bibazo byanyu ku ndwara ya Covid-19, nk'uko mumaze kubimenyera bisubizwa na Muganga Leonard Nduwayo ukorera mu Bufaransa.
Atangirira ku kibazo cya Doss Santanna, abaza ati "ko twumva havuka iyindi migera misha ya corona, mbe uwatanguye ubwa mbere woba utakibaho?"