Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ibibazo byanyu kuri covid-19: Urukingo rwayo rwaba rukuraho ubushobozi bw'umubiri?
Yatangajwe
Uyu munsi muganga Léonard Nduwayo ukorera mu Bufaransa arasubiza ibibazo bya Désiré Bukuru.
Atangira abaza ati: Ko hariho abashakashatsi bakomeye bavuga ko urukingo rwa Covid-19 ruhagarika burundu ubushobozi kamere bw'umubiri bwo kuwurinda izindi ndwara?
Ngo kuburyo indi ndwara iyo ari yo yose itari Covid-19 byayorohera gufata umuntu witeje urukingo. Ati ibyo biba ari byo?
Kanda aho hejuru wumve ibisubizo.