Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Menya umushakashatsi wa Kaminuza ya Harvard yahagurukiye indwara zibonwa 'nk'izo abakene'
Yatangajwe
"Nahereye ubushakashatsi bwanje ku ngwara zisigaye zibonwa nk'iza 'kahise' mu bihugu bitunze, ubu naho ngiye gushira inguvu kuri Coronavirus", Mireille Kamariza, umushakashatsi wo muri Kaminuza ya Harvard yibanda ku ngwara zibangamiye ibihugu bikenye.