Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ubukene butuma hari abana bakora imirimo ivunanye muri Uganda
Yatangajwe
Ubukene, bwunyuwe na Covid-19, bwatumye abana benshi bakora ubuzi bugoye, nk'uyu mukobwa w'imyaka 9 yimba inzahabu muri Uganda.