Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ibibazo byanyu kuri Coronavirus: Uwakingiwe ashobora kuyandura?... hamwe n'ibindi
Dukomeza kubagezaho ibisubizo bya Muganga ku bibazo mutwoherereza ku ndwara ya Covid-19
Dogiteri Leonard Nduwayo uri i Paris mu Bufaransa, arasubiza ibibazo bya Emmanuel Iranzi, Chadrack Niyokwizera na Mayuru Chicharito Mazimpaka.
Mugenzi wacu Prudent Nsengiyumva yahereye kuri Emmanuel Iranzi uri mu Burundi wabajije ati "nashaka kumenya nimba ubu hari umuti ukiza burundu covid19; ni izihe ntambanyi zikurikira mu gihe umukenyezi yibungenze afashe urukingo rwa covid?"
Umva ibisubizo bya Muganga aho hejuru...