Israel-Gaza: Indwi zibiri z'imirwano zasambuye cane Gaza

Yatangajwe

Urugero rw'ibimaze kwononekara muri Gaza kubera intambara ya Hamas na Isiraheli ruri ku rwego rwo hejuru cane.