Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umukuru wa UPRONA Abel Gashatsi arasigura "iyirukanwa" rya Gaston Sindimwo
Yatangajwe
Umukuru w'umugambwe UPRONA, Abel Gashatsi, avuga yuko iyirukanwa rya Gaston Sindimwo n'abandi babiri bifatiye ku makosa bakoze.