Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ibibazo vyanyu kuri Covid-19: Kuki basinyisha umuntu imbere y'urukingo?
Yatangajwe
Tubandanya kubashikiriza inyishu ku bibazo muturungikira ku kiza ca coronavirus
Ikibazo duherako uno munsi ni ica Manariyo Osias, yabajije agira ati "mbe ni kubera iki umuntu imbere yo kumuha urukingo babanza kumuteza umukono ku rwandiko ruvuga yuko ataco azobaza nihaba ingaruka, kandi we izo ngaruka aba atazo azi?"
Muganga Nduwayo Leonard akorera mu Bufaransa niwe atanga inyishu, akaba avugana na Robert Patrick Misigaro. (Umviriza aho hejuru)