Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Jennifer Kamanzi Mapakou: Afasha abana bafite uburwayi bwa autism
Yatangajwe
BBC Gahuzamiryango yaganiriye na Jennifer Kamanzi Mapakou, wo mu muryango Lay Witnesses for Christ International, ufasha abana bafite ibibazo by'uburwayi, cyane cyane ababana na autism. Twavuganye mu gihe muri uku kwezi isi yibuka autism.