Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ibibazo vyanyu kuri Covid-19: Umuntu yayirwaye akingirwa ryari?
Yatangajwe
Muganga abandanya kwishura ku bibazo mufise ku kiza ca Coronavirus, muturungikira biciye kuri facebook.
Muganga Leonard Nduwayo akorera mu Bufaransa, yavuganye na Florentine Kwizera, atangura yishura ikibazo ca Nicole Iranzi, yabajije ati "mbega iyo umuntu yarwaye Covid-19, arindira igihe kingana gute kugira bashobore kumukingira?"