Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Prince Philip yari samurarwa wa Edinburgh, umugabo w’umwamikazi Elizabeth II w’Ubwongereza, yaryamiye ukuboko kw'abagabo
Yatangajwe
Prince Philip, samurarwa w’I Edinburgh akaba n’umugabo w’umwamikazi Elizabeth II w’Ubwongereza, yasandavye afise imyaka 99.
Umuganwa n’umwamikazi bari bamaze imyaka 70 bubatse. Baraganye k’uwa 20 z’ukwa cumi na rimwe 1947, i Westminster Abbey, mu gisagara ca London.
Kurikirana vyinshi muri iyi video ku buzima bw'uyu muhisi...