Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Yatanguye akora isuku mw'ihoteri, ashika aho kuba nyene ihoteri
Yatangajwe
Souadou Niang, umugwizatunga wo muri Senegal, yatanguye akora isuku mw'ihoteri arakora gushika aho agira ihoteri yiwe bwite. Iyi ni i nkuru yiwe.