Ibibazo vyanyu kuri Covid-19: Kuki bakoze urucanco aho gukora umuti?

Yatangajwe

Jean Yves Habimana arabaza ati: Kubera iki abahinga mu bushakashatsi bahereye ku kurondera urucanco aho guhera ku kurondera umuti wa corona?

Ingwara nka Sida, Malaria, Tuberculose zihitana abantu benshi, kubera iki batarazironderera umuti canke urucanco vyihuta?

Umva aho hejuru inyushu za Dr Leonard Nduwayo, avugana na Prudent Nsengiyumva