Coronavirus: Ubuhamya bw'umuganga yayirwaye akayikira

Yatangajwe

'Umusirikare ntatinya gusubira ku rugamba ngo n'uko yahakomerekeye', ayo ni amajambo ya muganga Jean Claude Minani, umwe mu bantu bambere banduye ingwara ya Covid-19  igishika mu Butaliyano, kimwe mu bihugu vyakozweko cane kandi mu minsi ya kare n'iki kiza kicaduka.

N'ubwo nawe ubwiwe yayirwaye, ngo ntiyatevye gusubira gutabara abarwayi agitora intege.

Yavuganye na Florentine Kwizera kuri ivyo bihe yaciyemwo.... (umva aho hejuru).