Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ibibazo vyanyu kuri Covid-19 birishurwa na Muganga
Yatangajwe
Turakomeza kubashikiriza inyishu ku bibazo vyanyu ku ngwara ya Coronavirus, nk'uko mumaze kubimenyera ku minsi ya mbere no kuwa gatatu, aho tuba turi kumwe na muganga Leonard Nduwayo.
Uno munsi ahera kwishura ikibazo ca Emmanuel Mbonyinshuti, abaza nimba umuntu ashobora gukira burundu coronavirus na burya bivugwa ko itararonka umuti.