Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Iyi reresi yerekana ingene ibintu vyari bimeze inyuma y'iki giturika
Yatangajwe
Abantu batatu nibo bamaze kumenyekana ko bapfuye bahitanywe n'igiturika cahitanye inyubakwa ifise inzu zine zigerekeranye ku mugwa mukuru wa Esupanye, Madrid.