Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Muganga arasubiza ibibazo byanyu kuri Coronavirus
Yatangajwe
Iki ni igice cya mbere cy'ikiganiro cyihariye kuri Coronavirus aho muganga asubiza ibibazo mwabajije kuri Facebook
Uyu munsi Dogiteri Leonard Nduwayo arasubiza ibyabajijwe na Daniel Uwimana.
Yabajije niba coronavirus ishobora kwandurira mu muyaga duhumeka, nukuvuga umuntu uyirwaye ata kintu yakozeho?
Iki kiganiro muzajya mucyumva muri wambere n'uwagatatu.