Risikat avuga ko umugabo we yamwirukananye n'abana be kubera ko bafite amaso y'ubururu.

Yatangajwe

Umunyanijeriyakazi Risikat avuga ko umugabo we yamwirukananye n'abana be kubera ko bafite amaso y'ubururu. Avuga ko hari bamwe babakorera ivangura bavuga ko ari abapfumu kubera ibara ry'amaso yabo.