Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kubera iki Esther Nish yaririmvye indirimwo "Kavorivori"?
Yatangajwe
Umuririmvyi w'umurundikazi azwi nka Esther Nish yaganiriye na BBC Gahuzamiryango mu kiganiro c'abakenyezi.
Kiretse kuvuga ku kuntu yatanguye umuziki hamwe n'aho umushikanye ubu, yanavuze ku ndirimbo yiwe nshasha Kavorivori.
Iyo ndirimbo naho irimwo amajambo asanzwe akoreshwa mu bihozo abavyeyi b'abarundikazi baririmbira abana babo, kuri we inafise insiguro yihariye.