Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imvo n'imvano ku kungene abavuzi bitwara mu kazi kabo muri kino gihe ca coronavirus
Mu gihe abategetsi aribo barimo ufata ingamba zinuyuranye zo gukumira iki cyorezo, abari imbere mu rugamba rwo guhangana n'abahuye nacyo ni abakozi bo mu buvuzi ni bo basirikare bari imbere ku rugamba kubera ko aribo bakira kandi bakagerageza kuramira ubuzima bw'abo indwara ya Coronavirus yajahaje ku buryo biba ngomba ko bakenera kubonana na mugana cyangwa bagashyirwa mu bitaro.
Mu kiganiro cy'imvo n'imvano cy'uyu munsi turaganira na bamwe mu bakozi kwa muganga twumve ukuntu bitwaye mu kazi kabo muri kino gihe.