Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imvo n'imvano kw’ikoranabuhanga mu bikorwa by’ubuhinzi mu Rwanda hakoreshejwe drone
Yatangajwe
Kino kiganiro kiribanda kw’ikoranabuhanga mu bikorwa by’ubuhinzi hifashishijwe utudege duto tutagira abadereva, twitwa Drone
Ikompanyi nywarwanda ikoresha utwo tudege yitwa Charis, ngo imaze gufasha abantu 10.000.
None abahinzi hari impinduka barabona?
Imvo n’imvano yarabasuye bakaba bavuga ingene babibona.
Mukigezwaho na Yves Bucyana