Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Coronavirus: Imvo n'Imvano na Dr Léonard Nduwayo na Dr Martin Manirakiza
Yatangajwe
Abakunzi b'Imvo n'Imvano baratwandikiye nyuma y'ikiganiro cyo ku wa gatandatu ushize cyo kuri coronavirus, bavuga ko hari ibibazo byinshi bakibaza kuri iki cyorezo, twongera gutumira inzobere mu buvuzi bw'indwara ziterwa na virusi.
Iki kiganiro mwagiteguriwe na Félin Gakwaya.