Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imvo n'Imvano ku kibazo c’urubyiruko/urwaruka mu Rwanda no mu Burundi cyo kwihangira imirimo, cyane cyane barangije amashuri
Yatangajwe
Muri iki kiganiro rero, Felin Gakwaya aha umwanya urubyiruko ruri mu bihugu bitandukanye, ruvuge ibibazo byarwo mu kwihangira imirimo, na cyane cyane iyo barangije amashuri, runatange n'ibitekerezo by'ukuntu byakemurwa.
Ari kumwe na Professeur Juvenal Ngorwanubusa, wabaye umushikiranganji wa leta y'u Burundi ushinzwe abakozi, akazi no guteganiriza kazoza abakozi, hamwe na Dr Yves Ndayikunda, umuyobozi wa Kaminuza yigenga mu Burundi yitwa Université Lumière.