Efia Ayeyi w'imyaka 8, arwaye indwara ituma aguma avunagurika

Yatangajwe

Efia Ayeyi w'imyaka 8, arwaye indwara yitwa "osteogenesis imperfecta" ituma aguma avunagurika.