Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Hongeye kuvugwa imirwano mu karere ka Minembwe muri Kongo
Yatangajwe
Mu burasirazuba bwa Repubulika ya Demokarasi ya Kongo mu ntara ya Kivu y'amajyepfo hongeye kuvugwa imirwano ishingiye ku moko.
Abanyamulenge baravuga ko bamaze iminsi bagabwaho ibitero n'aba Mayi Mayi, ibitero ngo bimaze gutuma amatungo menshi anyagwa, amazu agatwikwa, abantu bagahunga ngo ku buryo hashobora no kuba hari abapfuye.
BBC yavuganye n'umuyobozi w'akarere ka Minembwe, Gadi Mukiza, maze atangira atubwira uko bimeze.