Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Nivyo koko y'uko Habyarimana yasavye imbeba mu Bubiligi mu kurwanya ugufungura nabi ? Umviriza Imvo n'imvano
Yatangajwe
Kino kiganiro cerekeye ibivugwa ko Juvénal Habyarimana yahora ari Perezida w'u Rwanda yasavye imbeba mu Bubiligi mu mugambi wo kurwanya ugufungura nabi.
Biri mu majambo yuvuzwe na General James Kabarebe, iki kiganiro rero kikaba gishaka kumenya ukuri kuri ivyo.