Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Impari hagati ya André Sebatware yari umutegetsi kuri Grégoire Kayibanda na Faustin Twagiramungu ku mvururu zo kuri Republika ya mbere
Yatangajwe
Muri kino kiganiro, André Sebatware yabaye umutegetsi kuri Grégoire Kayibanda na Faustin Twagiramungu yabaye umushikiranganji wa mbere w'u Rwanda inyuma y'ihonyabwoko ryo mu Rwanda, baharira ku mvururu zabaye mu cyo yise amarembere ya Republika ya mbere yari irongowe na Grégoire Kayibanda.