Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Faustin Twagiramungu arasobanura uko yahunze u Rwanda muri 94
Yatangajwe
Faustin Twagiramungu, wabaye minisitiri w’intebe wa mbere wa leta yashinzwe nyuma ya jenoside ku tariki ya 19.07.1994, arasobanura inzira y’umusaraba yanyuzemo n’umuryango we bahunga jenoside muri 94.