Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Uwahoze atwara u Burundi, Pierre Buyoya, yabwiye BBC ko gusohorerwa umutahe wo gufatwa ari politike
Yatangajwe
Nyuma yo gusohorerwa umutahe wo gufatwa yagirizwa uruhara mu bwicanyi bwa Prezida Melchior Ndadaye, Pierre Buyoya yabwiye BBC ko harimwo imvo za politike.
Iki ni ikiganiro kigufi yagiranye na Ally Yusufu Mugenzi wa BBC.