Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Hillary Clinton yejejwe ku makete yakurikiranwako
Yatangajwe
Umukandida w'umu demokrate Hillary Clinton yejejwe n'ikigo kijejwe iperereza FBI ku makete yakurikiranwako aho yagirizwa gukoresha "adresse email" yiwe. Uwuyoboye FBI James Comey yavuze kwasubiyemwo amakete mashasha, ko FBI itahinduye aho yari ihagaze, ko ata vyaha vyokurikirana umupfasoni Clinton bihari.