Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
‘Navutse mama afashwe ku ngufu – ariko sinzareka ibyo ngo bigene uwo ndi we’ - Tasmin
Yatangajwe
Abana bavutse habayeho gufatwa ku ngufu vuba aha bazemezwa nk'abakorewe icyaha mu Bwongereza na Wales - ibihugu biri mu bya mbere ku isi bizanye izo mpinduka mu mategeko. Tasmin wavutse nyuma y'uko nyina afashwe ku ngufu akarongorwa ari umwana, aravuga uko ibyahise bitagomba kugenga ubuzima bwe.