Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Durban: “Sinkigira aho mba! Ntaco nsigaranye”
Yatangajwe
South Africa: Abapfuye bararenga 400 inyuma y'isegenya yaguye, inzuzi zikuzura i Durban cane cane mu ntara ya KwaZulu Natal. Ibice bitandukanye vy'ubuzima bw'igihugu vyarabangamiwe, Perezira Ramaphosa yavuze ko igihugu kiri mu bihe bidasanzwe.