Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umugabo acuraranga urumbete akoresheje amano
Yatangajwe
Felix Klieser ni umunyamuziki yavutse atagira amaboko. Uwo mudagi w’imyaka 30 akoresha ukuguru kumwe mu kuvuza urumbete. Ubu ari kumwe na korale Bournemouth Symphony, imwe mu zikomeye cane mu Bwongereza. Felix azoguma akorana ibiteramo na bo muri iyi myaka ibiri iri imbere.