Uyu Muyapani yahinyanyuye ubuhinga bwo kurwana n'inkota bwa samurai

Yatangajwe

Yasanze ubuhinga bwa samurai budahagaze ku kurwana canke kwivuna umwansi gusa, ahubwo ari uburyo bwo kubaho buhambaye