Ibibazo vyanyu kuri Covid-19: Gufungura ibikwiye vyoba birinda kuyandura?

Yatangajwe

Kurikirana insiguro za Muganga Leonard Nduwayo ku kibazo co kumenya nimba gufungura ibikwiye bikingira kwandura Covid-19