Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ikiganiro ca Meghan na Oprah: Impungenge ku "bwirabure" bw'umwana wa Meghan
Yatangajwe
Mu kiganiro ca Meghan na Oprah Winfrey, Meghan, umugore w'igikomangoma Harry, yavuze ko hari impungenge mu muryano w'Ubwami bw'Ubwongereza ku kuntu "ubwirabure" umwana wiwe Archie yari kuvukana bwari kungana