Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
40 biciwe i Buta ngo bashobora kuzagirwa abatagatifu
Kiliziya Gatolika mu Burundi iravuga ko iri gukora isuzuma ryo gutagatifuza abanyeshuri 40 bishwe mu kwezi kwa kane 1997.
Kugeza ubu nta muntu wari wamenyekana cyangwa ngo acibwe urubanza ku bwicanyi bwahitanye aba banyeshui 40 bigaga muri seminari nto ya Buta mu ntara ya Bururi.
Ariko Kiliziya ivuga ko kuba barishwe mu izina ry'ukwemera, bikwiye kubagira intungane.
Prudent Nsengiyumva yavuganye na musenyeri Venant Bacinoni, umushumba mukuru wa diyoseze Bururi, atangira amubaza uko byagenze.