Hong Kong, imikenyuro y'abari mu myiyerekano n'igipolisi biguma bihinduka

Yatangajwe

Inyuma y'amezi iyi myiyerekano itanguye, ingaruka zatanguye gutera ubwoba, ubu ama banki asaba ko igikenye gihera, uguhigana bigahera, basubire ku mirimo.