Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Severine Autesserre yerekana ingene Felix Tshisekedi atazokworoherwa gutwara
Yatangajwe
Umukuru w'igihugu atagenzura inama nshingamateka na nkenguzamateka, ni intambamyi nyamukuru Severine Autesserre, umwigisha w'ivya politike muri muri Kaminuza za Barnard na Columbia, abona.